Inkino zitandatu,ku musi umwe hagati y'ibihugu bitandatu
Different countries posing for a photo before the game starts. Source: Supplied
Ibihungu bitandatu bizotana mu mitwe mu nkino zitandukanye zatunganijwe n’ishirahamwe GLAPD (Great Lakes Agency for Peace and Development) zikazoba mu musi umwe gusa. Izo nkino zibera ahantu hamwe (mu nzu) zihuza ibihugu vyo mu biyaga binini hamwe n’ivya afurika yo mu buseruko. Iruhande yivyo bihugu bitatu vyo mu karere kibiyaga binini na bibiri vyo muri afurika yo mu buseruko, uno mwaka igihugu ca Kenya kiziyongera ku rutonde rw’ibindi bihugu, inyuma ya Tanzaniya kwifatanya na Glapd sport Gala murizo nkino mu mwaka uheze. Intumbero yizo nkino ikaba ari kunywana na Australia muri rusangi. Izi nkino zikaba zigira gatanu.
Share