Imisi yawe yambere muri Australia irashobora ku kugirako ingaruka ibihe vyose
Umuporisi(Iburyo) aherekeje umukenyezi arikumwe n'umwana. polirisi yari yakiriye umurwi w'abimukira 51 bavuye muri Niger kw'itariki 14 Munyonyo 2018. Source: Getty Images
Ivyo wavuze ukigera muri Australia birashobora kugira ingaruka nyinshi cane mu myaka uzobaho. Ariko abahinga baravuga yuko hakiriho amahirwe yo kwigarura.
Share