Ibikenewe kugira wironkere inzu yawe bwite.
Source: Supplied
Inyuma yaho ibiciro biduze mu gihugu ca Australia hose, abipfuza kugura inzu zabo ubwambere bariko barahura n’inzitizi zidasanzwe. Ariko hamwe n’imfanshanyo reta itanga, umuntu arashobra kugera ku ndoto ziwe zo kugura inzu yiwe. Imfashanyo reta itanga irashobora kuguha amahirwe yo kwinjira urwawe rugo.
Share