Northen Territory iragabisha yaho ico gisagara kibonye abashika abatandu banduye umugera wa COVID-19, batanu mur’ibo bakaba bari hagati mur’iyo ntara mu kibano kizwi nka Robinson River. Guma mu rugo ikaba yashizweho mu gace kazwi nka Katherine hamwe n’akarere ka Robinson River ni buri buri gushika isaha 18h ku wa Mbere. Kwambara agafukamunwa bikaba vyashizweho nk’itegeko mur’iyo ntara.
Uwurongoye intara Daniel Andrews yaneguye abantu bakibandanya bahurira hanze y’ingoro y’amakoraniro aho yakoresheje amajambo “small, ugly mob”. Uyo murwi wabo bantu ukaba uri mu myiyerekano yo kwiyamiriza iyunguruzwa ry’amategeko yashizweho kubw’ikiza COVID-19. Ibiganiro mu nama nshikiranganji bikaba bizobandanya ejo.
Pfizer yateye umukono ku masezerano azotuma hakorwa ibinini vyisunze urucaco rwa COVID-19 rusanzwe ruhari. Ivyo binini bizofasha kandi bishobora gutangirwa mu rugo mu gufasha umuntu ntaje mu bitaro n’impfu.
Ibitigiri bishasha kuri COVID-19
Victoria: 916 nibo banduye hama icenda bitaba Imana. cases and nine deaths
New South Wales: 23 banduye kandi ntawahasize ubuzima and no deaths
ACT: Batandatu basasha banduye mu gihe muri Queensland atawanduye.
Kwishira mu kato hamwe n’ingingo zafashwe mu kurwanya ikiza mu ntara ku yindi:
“Menya ivyo wemerewe gukora nivyo utemerewe gukora mu ntara canke igisagara urimo”
Ingendo
Amakuru kubafata ingendo njabukamazi “” na COVID-19 hamwe n’ayandi makuru ku ngendo mu rurimi ukoresha
Imfashanyo y’amafaranga
Hariho impinduka kuri gahembo gategekanirijwe abagizweko ingaruka iturutse kuri COVID-19 mu gihe intara ishikanye ibice 70 canke 80 kw’ijana vy’abaamaze kwikingiza incanco zose zibiri. Kuronka imfanshanyo mu gihe ca COVID-19 iturutse muri Services Australia mu ndimi ukoresha ‘’
- Amakuru n’ibigezweho mu ndimi zirenga 60 kuri:
- Ivyangenderwako mu ntara yawe canke igisagara: , , , , , , .
- Amakuru k’urucanco rwa coronavirus mu kirimi ukoresha .
Rondera ngaha ivyo gufasha kandi bisiguwe mu rurimi ukoresha vyashizweho ahabona n’igisata kijejwe serivisi z’itumatumanako mw’ishirahamwe NSW Multicultural Health:
Ibibanza vyo kwisuzumisha muri buri ntara n’ibisagara: