Ibigezweho kuri COVID-19: Ukwiyongera kw’ibitigiri vy’abanduye mu gihe uwuserukira intara ya NSW yinginga abantu kwikingiza

Aha uhamenyera ibigezweho kuri coronavirus muri Australia kw'itariki 18 Myandagaro 2021.

NSW Premier Gladys Berejiklian wears a face mask during a press conference to provide a COVID-19 update, in Sydney, Wednesday, August 18, 2021.

NSW PremierBerejiklian during a press conference August 18. NSW recorded 633 new locally acquired cases of COVID-19 (AAP Image/Bianca De Marchi) Source: AAP Image/Bianca De March

  • Uduce two muri West hamwe na South west niho hateye amakenga gusumba ahandi
  • Intara ya Victoria ifise aharenga 500 mu bibanza abantu banduriramo gusumba
  • Abarenga 20 nibo banduye mu gisagara ca ACT
  • Intara ya Queensland hamwe na NT nizo ntara zitagize uwandujwe


New South Wales

NSW has recorded 633 new locally acquired cases and three deaths.  At least 62 cases were in the community while infectious.

Premier Gladys Berejiklian says the following suburbs of concern have seen "an escalation of cases": Merrylands, Guilford, Auburn, Greenacre and St Marys.

Intara ya NSW yagize abantu bangana 633 banduye n’abashika batatu bahasize ubuzima. Mur’abo banduye 62 bacanduye baracidegemvya mu kibano.

Uwuserukakira intara Gladys Berejiklian yamenyesheje yuko aho ico kiza c’imonogoje ni mur’utu duce: Merrylands, Guilford, Auburn, Greenacre and St Marys.

Abafise imyaka kuva 16 gushika 39 baba muri tuno duce (12)   bazohabwa amahirwe yo kuronka urucanco rwa Pfizer guhera ejo, kuwa Kane 19 Myandagaro. Saba umubonano wawe .

Victoria

 

 

Iyo ntara yaronse abantu bashika kuri 24 banduye, mu r’abo bane bakaba bandujwe n’abandi banduye ico kiza. Mu gihe batandatu bacidegemvya mu kibano kandi banduye.

Uwuyoboye uwo murwi w’abarwanya COVID-19 Jeroen Weimar yamenyesheje yuko hariho abashika 15,000 bishoboka ko bahuye n’abanduye muriyo ntara hamwe n’ibibanza birenga 520 vy’abantu banduriyemo .

Rabira ngaha aho wokwicandagirisha 

Last 24 hours around Australia 

Mu masaha 24 aheze muri Australia hose

  • Igisagara ca ACT cagize abashika kuri 22 banduye ivyo bituma igitigiri c’abanduye bose hamwe muri Canberra bagera kuri 67.
  • Ingingoza guma mu rugo muri Greater Darwin hamwe na Katherine zitegekanijwe kurangira k’umusi w’ejo mu masaha ya sasita
alc covid mental health
Source: ALC
Kuja mu kato, ingendo, ibibanza vyo gusuzumiramo hamwe n’agahembo ku basinzikajwe n’ikiza

Kwishira mu kato hamwe n’ibisabwa mu kwisuzumisha bikorwa mbere bigashimangirwa na reta z’intara hamwe n’ibisagara:

Mu gihe wipfuza gufata ingendo zo hakurya y’amazi, urashobora kubisaba uciye k’ubuhinga ngurukana bumenyi mu gihe wipfuza uburenganzira bwihariye. Fyonda ngaha.  ukaba wipfuza kuva muri Australia, hariho amakuru menshi ushobora kurondera. Hariho ingingo z’agateganyo zerekeye indege zija hakurya y’amazi zama zasubiwemo na reta mbere zigashirwa ku gihe ngaha kurubuga ngurukanabumenyi   .





Genderera NSW Multicultural Health Commnucation ifise serivisi isigura:  .



Ibibanza vyo gusuzumiramo umugera mu ntara no mub’ibisagara:

 
 


Amakuru ajanye n’agahembo ku basinzikanjwe n’ikiza mu ntara n’igisagara ubamo:

 
 

Share
Published 18 August 2021 9:12pm
By SBS/ALC Content
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS


Share this with family and friends